Abanyamulenge mu myigaragamvyo ku murwa mukuru wa Australia i Canberra
Abanyamulenge mu myigaragamvyo ku murwa mukuru wa Australia i Canberra bafise ivyapa, kur'uyu wa kabiri 22 Rusama 2021. Source: Claude Muco
Mu myigaragamvyo isaba guhagarika ubwicanyi bubera i Minembwe, Abanyamulenge basaba inzego za Australia co kimwe no mu karere kibiyaga binini gutabara amazi atararenga inkombe.
Share