Abanyarwanda guhimbaza umuco n'akaranga mu gihe Australia yugarijwe na coronavirus

Umurwi w'abantu bariko baravuza ingoma z'ikinyarwanda mu ntara ya Queensland.

Umurwi w'abantu bariko baravuza ingoma z'ikinyarwanda mu ntara ya Queensland. Source: Rwandan Associan of Queensland/facebook

Umuco n'akaranga nivyo biranga abene gihugu kanaka. Muri Queensland, abanyrwanda bariteguye guhimbaza imico n'akaranga hirya y'ikiza COVID-19 kigisibije.



Share