Abatavuga rumwe na reta ya kigali bariyamiriza ivyashikirijwe na porisi ku rupfu rwa kizito mihigo

Rwanda's musician Kizito Mihigo speaks with members of the Kizito Mihigo Foundation (KMP) after being released from the Nyarugenge prison on September,2018

Rwanda's musician Kizito Mihigo speaks with members of the Kizito Mihigo Foundation (KMP) after being released from the Nyarugenge prison on September,2018 Source: Getty Images

Porisi y'u Rwanda yavuze yuko Kizito Mihigo yiyahuye, ariko abatavuga rumwe na reta ya kigali biyamirije ivyashikirijwe niyo reta. Ahubwo bakanagirwako basaba ngo...



Share