Australia: Agashimwe Queensland Day Award ko mur'uno mwaka kahawe umurundikazi

Umushingamateka Cameron Dick MP ashikiriza Therese Miburo agashimwe kazwi nka Queensland Day Award 2021 mu ntara ya Queensland.

Umushingamateka Cameron Dick MP ashikiriza Therese Miburo agashimwe kazwi nka Queensland Day Award 2021 mu ntara ya Queensland. Source: Cameron Dick MP/ facebook

Umushingamateka akaba n'umunyabigega w'intara ya Queensland muri Australia yashikirije umurundikazi Therese Miburo agashimwe gahabwa umunyagihugu yafashije cane kurusha abandi mu kibano.



Share