Australia: Mbe bamwe mu barundi bavuga iki ku rucanco rwa COVID-19?

Umwana w'umwigwmwe ariko aricandagisha

Umwana w'umwigwmwe ariko aricandagisha Source: Unsplash

Reta ya Australia yashize ahabona urutonde rw'ingene abanyagihugu bazokwicandagisha, kandi ku ubuntu. Ariko bamwe mu barundi baba mur'ico gihugu bafise ukundi babibona.



Share