Australia: "Turiko turaronderera akazi abarundi bose babishaka"
![Ikinyamakuru cerekana umutwe w'amajambo akazi](https://images.sbs.com.au/dims4/default/71bd69d/2147483647/strip/true/crop/5616x3159+0+296/resize/1280x720!/quality/90/?url=http%3A%2F%2Fsbs-au-brightspot.s3.amazonaws.com%2Fdrupal%2Fyourlanguage%2Fpublic%2Fpodcast_images%2F13903388778_181b3280df_o.jpg&imwidth=1280)
Ikinyamakuru cerekana umutwe w'amajambo akazi Source: Flazingo
Hirya y'abantu benshi cane gutakaza akazi kubera COVID-19, uwuserukira abarundi baba muri South-Australia, asaba abarundi kutizera inze zivuye muri reta ahubwo ngo bakure amaboko mu mpunzu bakore.
Share