Australia: Ukutumvikana kuri jenocide yabaye mu Rwanda mu 1994
Umukuru w'igihugu c'Urwanda Paul Kagame ari kumwe n'umutambukanyi wiwe Jeannette kagame bariko baratsa ikimuri c'urwibutso rwo kwibuka ku ncuro ya 27 i Kigali m Source: President Paul Kagame/ Flickr
Kominote y'abanyarwanda mu ntara ya Queensland izokwibuka abahitanywe na jenoside yakorewe abatutsi ngo ariko s'abo gusa hariho n'abandi bazokwibukwa. None ngo ni bande?
Share