COVID-19 ntiyabujije abakenyezi guhimbaza umusi wabagenewe
Abakenyezi bariko barahimbaza umusi mpuza amakungu wahariwe umukenyezi kw'isi mu ntara ya Victoria, Australia ejo hahise Source: Liliane Akimana Ntahonkiriye
Umusi wahariwe umukenyezi kw'isi uhimbazwa uk'umwaka utashe. None abakenyezi bahimbaje gute uwo musi kandi isi yugarijwe na COVID-19? Tega amatwi Liliane Akimana yaganiriye na SBS Kirundi.
Share