"COVID-19 yampaye akanya gakwiye ko gukora ivyo nkunda cane"

Nahimana Rosalie ariko arajisha mu nzi iwe.

Nahimana Rosalie ariko arajisha mu nzi iwe. Source: Supplied

Iki kiza COVID-19 kigitangura, Nahimana Rosalie yama imbere y'imboneshakure araba amakuru n'ibigezweho bikamutera amarira no gusarara bivanze n'agahinda kenshi. Mur'ibi bihe nyene vya Coronaivurs yahisemo gusubira gukora umwuga wo kujisha. Nahimana yavuganye na SBS kirundi mu kiganiro kidasanzwe yaduhaye.



Share