"Ese iyo nari kuronka uwungira inama imbere y'igihe"

Umukenyezi yibungenze ariko aratambuka ku ngengera z'ikiyaga.

Umukenyezi yibungenze ariko aratambuka ku ngengera z'ikiyaga. Source: Jonathan Borba on Unsplash

Umuntu n'ibibazo birajana, ariko kumenya aho ukura ubufasha n'ikintu kidasanzwe. Mu mwanya uri mu bihe bidasanzwe, uhamagariwe kwegera abakubanjirije, gutyo ugasobanukirwa kurusha.



Share