Haribonekeza ivangura rifatiye ku rukoba mu mazu reta ifashisha abantu kubamwo
![Imbombo ririko riva ima rimwe ry'amazi.](https://images.sbs.com.au/dims4/default/31e64e6/2147483647/strip/true/crop/5400x3038+0+84/resize/1280x720!/quality/90/?url=http%3A%2F%2Fsbs-au-brightspot.s3.amazonaws.com%2Fdrupal%2Fyourlanguage%2Fpublic%2Fpodcast_images%2Fshridhar-vashistha-eyvr5goz1ic-unsplash.jpg&imwidth=1280)
Imbombo ririko riva ima rimwe ry'amazi. Source: Unsplash
Imyidogo ni yose ku basanzwe baba mu mazu ya reta. Ibibazo bahura navyo murayo mazu ngo ntibishoka bikemurwa ngo rimwe rimwe kubera ivangura rifatiye ku rukoba.
Share