"Ibimenyetso bavuga ntavyo nari mfise ariko nsanga naranduye COVID-19"

1960s HAPPY SMILING AFRICAN AMERICAN FAMILY ON COUCH

1960s HAPPY SMILING AFRICAN AMERICAN FAMILY ON COUCH Source: H. Armstrong Roberts/ClassicStock/Getty Images

Umuryango wanduye COVID-19 izananye mu muntu umwe, mu nyuma umuryango wose usanga waranduye. None ubuzima bwabo ubu bumeze gute? Barakize canke vyaranse?



Share