Ikirere c'akanyamuneza nyuma yo gukuraho guma mu rugo.

Umwigeme aryohewe ariko aratwenga.

Umwigeme aryohewe ariko aratwenga. Source: Sincerely Media/ Unsplash

Abantu bishimiye ingingo ya reta yo gusubizaho ubuzima busanzwe muri Mildura (VIctoria), ariko igiporizi kikaba congereje kugira gicungere uwinjira mur'ico gisagara avuye ahandi.



Share