Imisi yawe yambere muri Australia irashobora ku kugirako ingaruka ibihe vyose
![Umuporisi(Iburyo) aherekeje umukenyezi arikumwe n'umwana. polirisi yari yakiriye umurwi w'abimukira 51 bavuye muri Niger kw'itariki 14 Munyonyo 2018.](https://images.sbs.com.au/dims4/default/cf46bb3/2147483647/strip/true/crop/1800x1013+0+0/resize/1280x720!/quality/90/?url=http%3A%2F%2Fsbs-au-brightspot.s3.amazonaws.com%2Fdrupal%2Fyourlanguage%2Fpublic%2Fpodcast_images%2Fgettyimages-1061384062_1_2.jpg&imwidth=1280)
Umuporisi(Iburyo) aherekeje umukenyezi arikumwe n'umwana. polirisi yari yakiriye umurwi w'abimukira 51 bavuye muri Niger kw'itariki 14 Munyonyo 2018. Source: Getty Images
Ivyo wavuze ukigera muri Australia birashobora kugira ingaruka nyinshi cane mu myaka uzobaho. Ariko abahinga baravuga yuko hakiriho amahirwe yo kwigarura.
Share