Ingaruka Covid-19 igira ku bavyeyi bategerezwa gufasha abana mu rugo

Mbabazi Bella Immaculé yambaye agafuka munwa ari iwiwe mu rugo.

Mbabazi Bella Immaculé yambaye agafuka munwa ari iwiwe mu rugo. Source: Mbabazi Bella Immaculé

Abavyeyi bategerezwa gufasha abana bariko barigira mu rugo ngo nabo COVID-19 yabateye kwumva bacitse intege no mu bikorwa vyabo bari basanzwe bakora umusi kuwundi. Umviriza uko bagiye kubitorera umuti.



Share