Inyigisho zo kurondera akazi ku banyeshure n'abimukira

Umwe mubakurikiranye izo nyigisho asanzwe akomoka mu gihugu ca Tanzania aho bari mu bigo vya Glapd

Umwe mubakurikiranye izo nyigisho asanzwe akomoka mu gihugu ca Tanzania aho bari mu bigo vya Glapd Source: Jean Paul Amedee Nizigama

Bamwe mu bahora barondera akazi ntibari bazi impamvu iki bakababura. Ariko uno musi baronse inyigisho zizobafasha



Share