"Inyuma y'ireresi Cop's enemy, ubu hagezweho iy'urukundo", John k-ay
![Aho umukinyi w'ireresi John Kay hamwe n'umuhinyanyuzi Young Martin mu mashusho mashasha y'ireresi nshansha.](https://images.sbs.com.au/dims4/default/3c63e8e/2147483647/strip/true/crop/3024x1701+0+577/resize/1280x720!/quality/90/?url=http%3A%2F%2Fsbs-au-brightspot.s3.amazonaws.com%2Fdrupal%2Fyourlanguage%2Fpublic%2Fpodcast_images%2Fjohn_kay_new_movie_pic.jpg&imwidth=1280)
Aho umukinyi w'ireresi John Kay hamwe n'umuhinyanyuzi Young Martin mu mashusho mashasha y'ireresi nshansha. Source: John kay
Inyuma y'ireresi yakinywe na Jean Marie Ndayishimiye batazira John k-ay, noneho yakinye iyindi reresi y'urukundo kandi ku nkuru yabayeho. None ivuga ibiki?
Share