Ivyo ukwiye kumenya mu gihe ushaka kugura imodoka

Umwigeme ariko arahanagura akuma gapima amavuta y'imoteri y'imodoka.

Umwigeme ariko arahanagura akuma gapima amavuta y'imoteri y'imodoka. Source: Getty Images

Woba umaze kugura imodoka hama ugasanga ifise vyinshi ukwiye gukoresha? Ivyo birasanzwe mu gihe woba udafise ubumenyi bukwiye muvy'amamodoka. Ariko urashobora gukora ubushakashatsi ku giti cawe kugira ugure immodoka ijanye n'amafaranga ufise kandi ikomeye.



Share