Ivyo utazi k'umusi wahariwe Abatwa kw'isi.

Bamwe mu Batwa bari kumwe n'abatumire mu musi mukuru wahariwe Abatwa kw'isi kw'itariki 28 Myandagara 2020.

Bamwe mu Batwa bari kumwe n'abatumire mu musi mukuru wahariwe Abatwa kw'isi kw'itariki 28 Myandagara 2020. Source: Antoine Yasini

Umusi mukuru wahariwe abasangwabutaka kw'isi waranzwe n'iki uno mwaka? Abatwa b'Abarundi bahimbaje gute uyo musi muri Australia muri bino bihe vy'ikiza COVID-19.



Share