"Iyaba vyokunze ko dufatana mu mugongo nk'abarundi twogeze kure"

Ikirango c'ishirahamwe riyobowe na Beltrand Habiyakare.

Ikirango c'ishirahamwe riyobowe na Beltrand Habiyakare. Source: Supplied

Bamwe mu Barundi batanguye kwijukira ibijanye n'amagara y'abantu. Bashinze amashirahamwe yo gufasha abantu ngo mbere babona bazoshika kure mu myaka iri mbere.



Share