Kugira amagara meza ntibibuza kwandura kanseri ifatira mu bihimba vy'irondoka

Muganga ariko aravugana n'umurwayi mu biro vyiwe. Source: Getty Images
Mu myaka iheze abakenyezi bisuzumisha kanseri ifatira mu bihimba vy'irondoka rimwe mu myaka ibiri. Ubu ico kiringo carahindutse. Mbe hoho wimutse ukaja kure ya muganga yahora akuvura bigenda gute? Muganga Nadine Shema aramenyesha bishasha mu vyahindutse nuko wobigenza kugira ngo ubashe gusuzumwa.
Share