Kumenyesha amabi akorerwa mu ngo ni bimwe mubizana inyishu

Abantu bicaye bariko barumviriza umwe mubariko barashira ahabona ivyavuye mu bushakashatsi bwakozwe ku mabi  abera mu ngo.

Abantu bicaye bariko barumviriza umwe mubariko barashira ahabona ivyavuye mu bushakashatsi bwakozwe ku mabi abera mu ngo. Source: JP Amedee N.

Gutahura amabi akorerwa mu ngo no kumenya icokorwa ni kimwe muvyofasha kugabanya amabi akorwa mu ngo. Umviriza uko bamwe mu bitabiriye ishirwa ahabona ry'ubushakashatsi bwakozwe n'ibigo bibiri.



Share