Kwitegurira urucanco rw'ibicurane Influenza mur'ibihe vya COVID-19

African American nurse giving patient injection Source: Getty Images
Igihe c’ici kiregereje. Abahinga muvy’amagara y’abantu barategekanya yuko ari ibihe bigoye cane aho ibitaro bishobora kurengerwa n’abantu banduye koronavirus hamwe na Influenza. Turashobora kw’ikingira Influenza hamwe n’abacu mu kwironkera urucanco.
Share