Mbega amasezerano y'ubumwe bw'Abarundi yoba akwiye gusubirwamwo?

Marie Louise SIBAZURI ariko arasigura imbere y'abarumire.

Marie Louise SIBAZURI ariko arasigura imbere y'abarumire. Source: Marie Louise Sibazuri/ Youtube

Imyaka 30 iraheze amasezerano ashiraho ubumwe bw'abarundi agiye mu ngiro. None ayo masezerano yoba yarashitse kuco yashiriweho? Umwe mu bari bajejwe kuyasigurira abandi ico gihe n'umukenyezi Marie Louise SIBAZURI akaba yavuganye na SBS Kirundi.



Share