Menya akarusho ko kwiga icongereza mu gihe uri mu mahanga.

A primary student writing on the black board during an English language class in Tanzania, Dar Es salaam.

A primary student writing on the black board during an English language class in Tanzania, Dar Es salaam. Source: WBG AFREX - Sarah Farhat

Usanzwe uba mu gihugu gikoresha icongereza mu buzima bwa misi yose, akenshi usanga ubwawe utegerezwa kuciga. None wobigenza gute mu gihe usanga bisekana n'ivyo usanzwe ukra.



Share