"Nahuye n'ingorane nyinshi nkirondera akazi, ariko ubu nize ndamenya"

Job Seekers

Cheryl Fellows, 47, of Germantown, Md., searches for jobs on a computer at the Germantown Public Library on Friday, Source: AAP

Kurondera akazi navyo ubwavyo n'akazi. Benshi bararondera akazi bakakabura kubera usanga imyirondoro yabo idateguye neza. Ariko iyo wize ugahabwa ubumenyi, usanga vyoroshe.



Share