"Naje nje mu karuhuko none sinzi igihe nzotahira muhira, vyose bitewe na Coronavirus"

Source: Getty Images
Ikiza ca Coronavirus cateye catumye ibihugu vyugara imbibe zavyo, ivyo bikaba vyaviriyemo abatari bake kudasubira mu bihugu basanzwe babamo. Benshi murabo bakaba bari baragiye mu karuhuko mu bihugu bitandukanye. Fablice Manirakiza n'umwe mubipfuza gutaha mu gihu asanzwe abamo ariko vyanse bitewe na COVID-19. None ngw'azotaha gute? Ryari? Ni iki kizomukuru i Burundi gushika muri Australia?
Share