"Ndi mu bantu batemera ivy'urucanco ariko nababajwe cane maze kumenya ko nanduye COVID-19," Mugisha arahishura ivyamubayeko

Umwigeme yicaye wenyene ku gatebe azinze amaguru ku ntebe.

Umwigeme yicaye wenyene ku gatebe azinze amaguru ku ntebe. Source: Anthony Tran/ Unsplash

Amaze kumenya ko yanduye yafashe intambwe zo kwirinda nkuko yabigiriwe inama n'inzego zijejwe gukurikirana amagara y'abantu, none ngo mu misi itatu gusa azoba yakize kandi yasubiye mu bikorwa vyiwe. Mu kiyago twagiranye yashoboye no kugira inama abatemera ivy'urukingo rwa COVID-19.



Share