"Ng'uku uko ushobora kuronka amafaranga menshi uyu mwaka."

Umushikiranganji w'ikigega, Josh Frydenberg afise igitabo kirimwo imigambi n'itegekanywa ry'amafaranga reta ya Australia izokoresha mur'uyu mwaka 2020/2021

Umushikiranganji w'ikigega, Josh Frydenberg afise igitabo kirimwo imigambi n'itegekanywa ry'amafaranga reta ya Australia izokoresha mur'uyu mwaka 2020/2021 Source: AAP

Dr. Ndayisaba Gilbert, umwigisha muri kaminuza yo muri Melbourne akaba n'umuhinga muvy'ubutunzi arerekana amahirwe abantu bafise mu kwironkera amafaranga menshi muruno mwaka w'ubutunzi. Izo nsiguro zishingiye ku mafaranga reta izokoresha uyu mwaka wa 2020/2021.



Share