N'iki abakukuruke bipfuza? Menya ico bakeneye

Ikoraniro ry'abari mu zabukuru mu kigo Glapd Int kuwa kabiri, itariki 18 Myandagaro 2020.

Ikoraniro ry'abari mu zabukuru mu kigo Glapd Int kuwa kabiri, itariki 18 Myandagaro 2020. Source: Supplied

Ukaba wibaza yuko uzi ico abari muzabukuru bipfuza, tekana wiyummvire kandi. Bashaka gukora ico bonyene biyumviriye atari kubabwira ico bakora.



Share