N'iyihe mpamvu abantu batumva kumwe ibijanye no kwicandagisha COVID-19?

intoke zifashe agacupa karimo urucanco rwa COVID-19

intoke zifashe agacupa karimo urucanco rwa COVID-19 Source: Unsplash/ Hakan Nural

COVID-19 ntiyakiriwe kumwe kuva ikicitwa ikiza. Ubwo inanco zatanguye gutangwa, abantu ntibavyumva kumwe. Bamwe bati tuzokwiteza icanco , abandi bati shwiii. None ni kubera iki?



Share