"Nkoresha akarima kinyuma y'urugo mu kwigisha abana"

Akarima k'inyuma y'urugo karimwo ibiterwa bitandukanye kwa Anne Marie Uwizeye

Akarima k'inyuma y'urugo karimwo ibiterwa bitandukanye kwa Anne Marie Uwizeye Source: Anne Marie Uwizeye

Abavyeyi bigisha abana babo gutandukanye mu kubatahuza ivyo bafungura iyo bizanana, gutyo bigatuma bagira amagara meza, bigafasha n'umuryango kuziganya dukeya.



Share