Uburundi bwatsinze DR Congo mu rukino rwa kivandimwe aho ibihugu vyose vyahimbaza intahe yo kwikukira

Umurwi w'umupira wa maguru wo muri South Australia imbere yuko utangura urukino rwabahuje na DR Congo kuwa mungu itariki 4 Mukakaro 2021.

Umurwi w'umupira wa maguru wo muri South Australia imbere yuko utangura urukino rwabahuje na DR Congo kuwa mungu itariki 4 Mukakaro 2021. Source: Elias Kabura

Mu gihe izindi ntara ziri muri guma rugo, intara ya South Australia yashoboye guhimbaza imyaka 59 Uburundi bwikukira mu gutunganya inkino hamwe n'ibirori vyitabiriwe n'abantu batari bake hirya ya COVID-19



Share