Ubuserukizi bw'Uburundi muri Australia burashora kwandika no gushingira abageni

Ibendera ry'Uburundi na Australia mu kigo c'ubuserukizi bw'Uburundi mu ntara ya Western Australia (Perth).

Ibendera ry'Uburundi (Ibubamfu) na Australia(Iburyo) mu kigo c'ubuserukizi bw'Uburundi mu ntara ya Western Australia (Perth). Source: Consulate of Burundi in Australia

Muri kino gihe hari ikiza, ibiro vy'ubuserukizi bw'Uburundi muri Australia ntivyigeze vyugara mbere ubu abipfuza gushinga urugo rwabo biciye mur'ubwo buserukizi barashora kubikora.



Share