"Ukugendera mu kivunga, bitera benshi kutamenya aho bweze"

SBS microphone

Source: SBS

Abantu benshi bareka kubaza canke kurondera akenshi bibavuyeko, kutamenya canke kwisunga abo wasanze aho usanzwe uba.



Share