Umugore w'umurundikazi akora "comedie" muri Australia

Therese Miburo aho yariko aratwenza abantu mu ntara ya Queensland, Australia Source: Therese Miburo
Umukenyezi w'abana bane, akaba ari n'umwigisha w'ibiharuro, yize IT (Information Technology) none ubu naho asigaye asetsa abantu mu bizwi nka "comedy"
Share