Umukobwa wa Rusesabagina Paul ati " Ivyo papa avuga siwe, abivuga ahagarariwe n'abamutera ubwoba"

Carine Kanimba umukobwa wa Rusesabagina Paul

Carine Kanimba umukobwa wa Rusesabagina Paul. Source: Carine Kanimba

Umuryango w'icamamare mwi reresi 'Hotel Rwanda' Rusesabagina Paul werekanye amakenga ufise k'ubucamanza bwo mu gihugu co mu Rwanda. Bakaba bafise ivyo basaba umuryango mpuzamakungu, mbere banahaye ubutumwa papa wabo.



Share