Umuziki, n'ivyizigiro vya kazoza mur'iki gihe

Afrofest team August 2020

Afrofest team August 2020 Source: Afrofest

Ubuzima bugizwe n'imirwi y'ibihe ku buryo usanga ivyo bihe bikeneye ubuhinga butandukanye kugira ngo abantu basubizwemo ivyizigiro. Umurwi Afrofest muri Australia wasohoye indirimbo mu ntumbero yo kuremesha abantu.



Share