Urupfu rwa Dr. John Pombe Magufuli ruvuze iki mu ba Tanzania
![Uwahoze arongoye igihugu ca Tanzania Dr.John Pombe Magufuli ariko arashikiriza ijambo mu ruzinduko rw'akazi Paul Kagame yari yakoze muri Tanzania, 14 Nzero 2018](https://images.sbs.com.au/dims4/default/fa9ca18/2147483647/strip/true/crop/5296x2979+0+0/resize/1280x720!/quality/90/?url=http%3A%2F%2Fsbs-au-brightspot.s3.amazonaws.com%2Fdrupal%2Fyourlanguage%2Fpublic%2Fpodcast_images%2F24815945767_41bc904d0b_o_0.jpg&imwidth=1280)
Uwahoze arongoye igihugu ca Tanzania Dr.John Pombe Magufuli ariko arashikiriza ijambo mu ruzinduko rw'akazi Paul Kagame yari yakoze muri Tanzania, 14 Nzero 2018 Source: Creative commons
Urupfu rw'uwahoze arongoye Tanzania Dr. John Pombe magufuli rwatunguye benshi, rusiga amarira mubakunzi. Magufuli yumvikanye kenshi adaha agaciro ikiza COVID-19, yishwe n'indwara yari amaranye igihe, nkuko vyashikirijwe n'icegera c'umukuru w'igihugu.
Share